Ubuntu Clinic a reçu un don d'équipements médicaux de la part du Gouvernement Américain.
#Burundi: Un don d’équipements médicaux d’une valeur d’ un milliard trois cent millions a été offert à la Clinique Ubuntu situé dans la commune #Mugamba par le Gouvernement Américain.
ubuntu
Ahantu mugir Tora impa shanyo za merica sinda bumva ningene bariko bara tera ibi bazo mwisi
Uri ntore Dr. Alexis nabo mukorana. Abantu ni n'abo b'ingirakamaro, apana abanyaporitique birigwa barasahura naduke abarundi babiriye icuyu. Ubona tworonka abandi bakora ukwo mu gihugu, abarundi batohungukira. Imana ibandanye igiha umugisha bwana Dr. Alexis.